Paroles de Turasa

ihoze mwana wa mama

uwuvuga ngo umuntu aruta uwundi

yego nanje ndibonera
yuko imibiri yose idasa

uyu urera

urya ukirabura

uriya uravanze

jewe mbona

watu wa ulimwengu wandugu

kaskasini kusini wako sawa

watu wa ulimwengu wandugu

wote wanafanana

mbona dusa
n'umworo wa hakurya

umwana wanje ansera

kurya umwana wawe agusera

abavyeyi turasa

none mwana wa mama

abantu dupfa iki ?

ko mbona